1 Timoteyo 5:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Abakurambere bahagarikira neza ishengero+ baterwe iteka ririmwo abiri+, canecane abakora cane mu kuvuga no mu kwigisha+. Abaheburayo 13:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Mugamburukire ababaja imbere+ kandi mubayobokere+, kuko baguma babitwararika* nk’abazobibazwa+, kugira babikorane akanyamuneza, bataniha, kuko ari mwebwe vyogirira nabi.
17 Abakurambere bahagarikira neza ishengero+ baterwe iteka ririmwo abiri+, canecane abakora cane mu kuvuga no mu kwigisha+.
17 Mugamburukire ababaja imbere+ kandi mubayobokere+, kuko baguma babitwararika* nk’abazobibazwa+, kugira babikorane akanyamuneza, bataniha, kuko ari mwebwe vyogirira nabi.