Ivyahishuwe 2:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 “Ndazi umubabaro wawe n’ubukene bwawe, ariko uri umutunzi+. Ndazi kandi ibitutsi bivugwa n’abiyita ngo ni Abayuda kandi atari bo, ahubwo ari akagwi* ka Shetani+.
9 “Ndazi umubabaro wawe n’ubukene bwawe, ariko uri umutunzi+. Ndazi kandi ibitutsi bivugwa n’abiyita ngo ni Abayuda kandi atari bo, ahubwo ari akagwi* ka Shetani+.