ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abakorinto 6:4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 4 Ahubwo muri vyose turerekana ko turi abasuku b’Imana+ mu kwihanganira ibigeragezo vyinshi, mu makuba, mu bihe vy’umukeno, mu ngorane+,

  • 2 Abakorinto 6:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 nk’abari n’agahinda kandi twama tunezerewe, nk’aboro kandi dutungisha benshi, nk’abadafise ikintu na kimwe kandi dutunze vyose+.

  • 1 Timoteyo 6:18, 19
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Ubabwire gukora iciza, kuba abatunzi mu bikorwa vyiza, kuba abantu batanga cane, biteguriye gusangira n’abandi+. 19 Bazoba bishingiye umushinge mwiza ku bwa kazoza nk’umuntu abitse ubutunzi ahatagira inkomanzi+, kugira bacakire ubuzima nyakuri+.

  • Yakobo 2:5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 Nimwumvirize bavukanyi nkunda cane. Mbega Imana ntiyatoye abo isi ibona ko ari aboro ngo babe abatunzi mu kwizera+ be na ba samuragwa b’Ubwami yasezeraniye abayikunda+?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika