Abaroma 7:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 mugabo mu mubiri* wanje mbona irindi tegeko rirwanya itegeko riyobora ubwenge* bwanje+, rikanjana ndi imbohe kw’itegeko ry’igicumuro+ riri mu mubiri* wanje. Abagalatiya 5:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Kuko umubiri urwanya impwemu kubera ivyo wipfuza, impwemu na yo ikarwanya umubiri. Ntibicana uwaka. Ni co gituma ibintu nyene mwashaka gukora atari vyo mukora+. Yakobo 3:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Ariko nimba mu mitima yanyu mufise ishari ry’umururazi+ n’agatima k’amahane*+, ntimwiyemere+ kandi ntimubeshere ukuri. 1 Petero 2:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Bakundwa, muri abanyamahanga n’ingenzi+. Ndabahimiriza rero ngo mugume mwirinda ivyipfuzo vy’umubiri+, bimwe bibateza intambara+.
23 mugabo mu mubiri* wanje mbona irindi tegeko rirwanya itegeko riyobora ubwenge* bwanje+, rikanjana ndi imbohe kw’itegeko ry’igicumuro+ riri mu mubiri* wanje.
17 Kuko umubiri urwanya impwemu kubera ivyo wipfuza, impwemu na yo ikarwanya umubiri. Ntibicana uwaka. Ni co gituma ibintu nyene mwashaka gukora atari vyo mukora+.
14 Ariko nimba mu mitima yanyu mufise ishari ry’umururazi+ n’agatima k’amahane*+, ntimwiyemere+ kandi ntimubeshere ukuri.
11 Bakundwa, muri abanyamahanga n’ingenzi+. Ndabahimiriza rero ngo mugume mwirinda ivyipfuzo vy’umubiri+, bimwe bibateza intambara+.