1 Yohani 4:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Twaramenye twongera turizera ko Imana idukunda+. Imana ni urukundo+, kandi uwuguma yerekana urukundo aguma yunze ubumwe n’Imana, Imana na yo ikaguma yunze ubumwe na we+.
16 Twaramenye twongera turizera ko Imana idukunda+. Imana ni urukundo+, kandi uwuguma yerekana urukundo aguma yunze ubumwe n’Imana, Imana na yo ikaguma yunze ubumwe na we+.