-
Yuda 4Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
4 Ivyo ndabitumwe n’uko hari abantu bamwebamwe Ivyanditswe vyamaze gucira urubanza kuva kera, bisobetse muri mwebwe. Ni abantu batubaha Imana, bitwaza ubuntu buhebuje* bw’Imana yacu kugira bagendere mu nyifato iteye isoni kandi y’akagagazo*+, bagahemukira Databuja wacu umwe rudende, akaba n’Umukama wacu Yezu Kristu+.
-