ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 3:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 Inzoka+ ni yo yarusha amayeri* ibindi bikoko vyose vyo mw’ishamba Yehova Imana yari yararemye. Nuko ibaza wa mugore iti: «Imana yoba yaravuze vy’ukuri yuko mudakwiye kurya ivyamwa vy’igiti na kimwe co muri iri tongo+?»

  • 2 Abakorinto 11:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 Mugabo ndatinya yuko ubwenge bwanyu hari ukuntu bwohava bwononekara nka kumwe ya nzoka yaryosharyosha Eva ikoresheje urwenge+, mugasigara mutakiri abantu b’umutima ugororotse kandi batyoroye*, nk’uko bibereye imbere ya Kristu+.

  • Ivyahishuwe 12:14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 Ariko uwo mugore ahabwa amababa abiri y’inkona nini+, kugira aguruke aje mu bugaragwa mu kibanza yateguriwe kure ya ya nzoka+, maze agaburirirweyo igihe n’ibihe n’igice c’igihe*+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika