Gusubira mu vyagezwe 32:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Ico Gitandara, igikorwa ciwe ntikigira akanenge+,kuko inzira ziwe zose zigororotse+. Ni Imana idahemuka+, itigera irenganya+,iragororotse kandi iratunganye+. Zaburi 145:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Yehova aragororotse mu nzira ziwe zose+kandi ni intahemuka mu vyo akora vyose+.
4 Ico Gitandara, igikorwa ciwe ntikigira akanenge+,kuko inzira ziwe zose zigororotse+. Ni Imana idahemuka+, itigera irenganya+,iragororotse kandi iratunganye+.