Ivyahishuwe 16:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 «Ehe ndaje nk’igisuma+. Hahiriwe uwuguma ari maso+ kandi akaguma yambaye impuzu ziwe* kugira ntagende ari gusa, maze abantu bakabona ubwambure bwiwe+.» Ivyahishuwe 22:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Uwushingira intahe ibi bintu avuze ati: “Egome, ndaje ningoga+.”» «Amen! Ingo Mukama Yezu.»
15 «Ehe ndaje nk’igisuma+. Hahiriwe uwuguma ari maso+ kandi akaguma yambaye impuzu ziwe* kugira ntagende ari gusa, maze abantu bakabona ubwambure bwiwe+.»