Guharura 31:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Bica kandi abami batanu ba Midiyani ari bo Evi, Rekemu, Zuri, Huru na Reba. Balamu+ umuhungu wa Beyori na we nyene bamwicisha inkota.
8 Bica kandi abami batanu ba Midiyani ari bo Evi, Rekemu, Zuri, Huru na Reba. Balamu+ umuhungu wa Beyori na we nyene bamwicisha inkota.