Guharura 31:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Bica abami ba Midiyani kumwe n’abandi bagandaguwe, ari bo Evi na Rekemu na Zuri na Huru na Reba, abami batanu ba Midiyani+; bicisha inkota kandi Balamu+ mwene Beyori.
8 Bica abami ba Midiyani kumwe n’abandi bagandaguwe, ari bo Evi na Rekemu na Zuri na Huru na Reba, abami batanu ba Midiyani+; bicisha inkota kandi Balamu+ mwene Beyori.