2 Ngoma 24:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Mugabo baja inama yo kumugirira nabi+ maze bamwicisha amabuye babitegetswe n’umwami. Bamwiciye mu kigo c’inzu ya Yehova+.
21 Mugabo baja inama yo kumugirira nabi+ maze bamwicisha amabuye babitegetswe n’umwami. Bamwiciye mu kigo c’inzu ya Yehova+.