35 kugira ngo amaraso yose y’abagororotsi yavishijwe kw’isi aje ku gatwe kanyu, kuva ku maraso ya wa mugororotsi Abeli+ gushika ku maraso ya Zakariya mwene Barakiya, uwo mwiciye hagati y’aheranda n’igicaniro+.
51 kuva ku maraso ya Abeli+ gushika ku maraso ya Zakariya, umwe yicirwa hagati y’igicaniro n’urusengero*+.” Emwe ndabibabwiye, azoja ku gatwe* k’uru runganwe.