Habakuki 2:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Maze Yehova aranyishura ati: «Andika ivyo weretswe, uvyandike neza ku bisatevy’amabuye*+ kugira ngo uwubisoma n’ijwi ryumvikana, abisome bitamugoye*+. Habakuki Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 2:2 Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),11/2018, rup. 13-14
2 Maze Yehova aranyishura ati: «Andika ivyo weretswe, uvyandike neza ku bisatevy’amabuye*+ kugira ngo uwubisoma n’ijwi ryumvikana, abisome bitamugoye*+.