Malaki 2:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Kuko iminwa y’umuherezi ari yo ikwiye kuzigama ubumenyi, mu kanwa kiwe akaba ari ho abantu baronderera amategeko*+, kubera ari intumwa ya Yehova Nyeningabo. Malaki Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 2:7 Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 54 Umunara w’Inderetsi,15/12/2007, rup. 271/5/2002, rup. 23-25
7 Kuko iminwa y’umuherezi ari yo ikwiye kuzigama ubumenyi, mu kanwa kiwe akaba ari ho abantu baronderera amategeko*+, kubera ari intumwa ya Yehova Nyeningabo.