Malaki 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kuko iminwa y’umuherezi ari yo ikwiye kugumya ubumenyi, itegeko rikaba ari ryo abantu bakwiye kuronderera mu kanwa kiwe+; kuko ari we ntumwa ya Yehova nyen’ingabo+. Malaki Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 2:7 Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 54 Umunara w’Inderetsi,15/12/2007, rup. 271/5/2002, rup. 23-25
7 Kuko iminwa y’umuherezi ari yo ikwiye kugumya ubumenyi, itegeko rikaba ari ryo abantu bakwiye kuronderera mu kanwa kiwe+; kuko ari we ntumwa ya Yehova nyen’ingabo+.