-
Matayo 28:15Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
15 Baca batora ayo mahera, bagira nk’uko bababwiye. Iyo nkuru iraheza ikwiragira mu Bayuda bose gushika n’ubu.