-
Matayo 28:15Bibiliya y’isi nshasha
-
-
15 Nuko bakira vya biceri vy’ifeza, bagira nk’uko babariwe; kandi iryo jambo ryarakwiragijwe mu Bayuda bose kugeza n’uno musi.