Mariko 15:40 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 40 Ico gihe kandi hariho abagore bariko babirabira kure, muri bo hakaba harimwo Mariya Magadalena na Mariya nyina wa Yakobo mutoyi ari na we nyina wa Yoze*, hamwe na Salome+.
40 Ico gihe kandi hariho abagore bariko babirabira kure, muri bo hakaba harimwo Mariya Magadalena na Mariya nyina wa Yakobo mutoyi ari na we nyina wa Yoze*, hamwe na Salome+.