Mariko 15:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Hari kandi abagore bariko babirabira nka hariya+, muri bo hakaba harimwo Mariya Magadalena hamwe na Mariya nyina wa Yakobo Umutoyi akaba na nyina wa Yoze, be na Salome+,
40 Hari kandi abagore bariko babirabira nka hariya+, muri bo hakaba harimwo Mariya Magadalena hamwe na Mariya nyina wa Yakobo Umutoyi akaba na nyina wa Yoze, be na Salome+,