Yohani 8:44 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 44 Mwebwe muva kuri so Shetani*, kandi mushaka gukora ivyo so yipfuza+. Uwo yari umwicanyi kuva mu ntango*+, kandi ntiyigeze ashikama mu kuri, kuko ukuri kutari muri we. Iyo abeshe aba yerekanye ico ari, kuko ari umubeshi akaba na se w’ikinyoma+. Yohani Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 8:44 Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 26 Umunara w’Inderetsi,1/9/2011, rup. 4-515/3/2011, rup. 251/3/2011, rup. 211/6/2007, rup. 41/2/2007, rup. 4-515/1/2006, rup. 221/9/2001, rup. 3-4 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 11, 14 Imizimu, rup. 23
44 Mwebwe muva kuri so Shetani*, kandi mushaka gukora ivyo so yipfuza+. Uwo yari umwicanyi kuva mu ntango*+, kandi ntiyigeze ashikama mu kuri, kuko ukuri kutari muri we. Iyo abeshe aba yerekanye ico ari, kuko ari umubeshi akaba na se w’ikinyoma+.
8:44 Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 26 Umunara w’Inderetsi,1/9/2011, rup. 4-515/3/2011, rup. 251/3/2011, rup. 211/6/2007, rup. 41/2/2007, rup. 4-515/1/2006, rup. 221/9/2001, rup. 3-4 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 11, 14 Imizimu, rup. 23