2 Petero 2:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Mugabo abo bantu bavuga nabi ivyo batazi, bakaba bameze nk’ibikoko bitagira ubwenge bigenza itima vyavukiye gufatwa no kwicwa+. Bazoshikirwa n’agatikizo bakwegewe n’ingendo yabo ijana ku gatikizo,
12 Mugabo abo bantu bavuga nabi ivyo batazi, bakaba bameze nk’ibikoko bitagira ubwenge bigenza itima vyavukiye gufatwa no kwicwa+. Bazoshikirwa n’agatikizo bakwegewe n’ingendo yabo ijana ku gatikizo,