1 Yohani 2:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Bane banje, iyi ni isaha ya nyuma. Mwarumvise ko antikristu* ariko araza+, ariko n’ubu haramaze kuboneka ba antikristu benshi+. Ivyo rero biratwereka ko iyi saha ari iya nyuma. 1 Yohani Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 2:18 Umunara w’Inderetsi,1/6/2015, rup. 14
18 Bane banje, iyi ni isaha ya nyuma. Mwarumvise ko antikristu* ariko araza+, ariko n’ubu haramaze kuboneka ba antikristu benshi+. Ivyo rero biratwereka ko iyi saha ari iya nyuma.