Itanguriro 47:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Yozefu atora amahera yose yari mu gihugu ca Misiri no mu gihugu ca Kanani abantu batanga ku bw’intete bariko baragura+; nuko Yozefu aguma azana nya mahera mu nzu ya Farawo.
14 Yozefu atora amahera yose yari mu gihugu ca Misiri no mu gihugu ca Kanani abantu batanga ku bw’intete bariko baragura+; nuko Yozefu aguma azana nya mahera mu nzu ya Farawo.