Itanguriro 47:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Yakobo abandanya kuba mu gihugu ca Misiri imyaka cumi n’indwi, ku buryo imisi ya Yakobo, imyaka y’ubuzima bwiwe, iba imyaka ijana na mirongo ine n’indwi+.
28 Yakobo abandanya kuba mu gihugu ca Misiri imyaka cumi n’indwi, ku buryo imisi ya Yakobo, imyaka y’ubuzima bwiwe, iba imyaka ijana na mirongo ine n’indwi+.