Itanguriro 47:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Maze avuga ati: “Ndahira.” Nuko aramurahira+. Isirayeli aca yunama ku mutwe w’uburiri+.