Itanguriro 21:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Maze arabandanya, yicara ukwiwe, nk’ahoraswa n’umuheto, kuko yavuga ati: “Sindabibone umwana niyapfa+.” Nuko yicara nka hariya, ashira ijwi hejuru ararira+.
16 Maze arabandanya, yicara ukwiwe, nk’ahoraswa n’umuheto, kuko yavuga ati: “Sindabibone umwana niyapfa+.” Nuko yicara nka hariya, ashira ijwi hejuru ararira+.