Itanguriro 3:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Mugabo ku bijanye n’ukurya ku vyamwa vy’igiti kiri hagati na hagati mu murima+, Imana yavuze iti: ‘Ntimuze mukiryeko, oya, ntimuze mugikoreko, kugira ntimupfe+.’” Itanguriro Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 3:3 Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 26
3 Mugabo ku bijanye n’ukurya ku vyamwa vy’igiti kiri hagati na hagati mu murima+, Imana yavuze iti: ‘Ntimuze mukiryeko, oya, ntimuze mugikoreko, kugira ntimupfe+.’”