-
Kuvayo 3:18Bibiliya y’isi nshasha
-
-
18 “Kandi ntibazobura kwumviriza ijwi ryawe+; nawe uzoje ku mwami wa Misiri, wewe n’abagabo b’inararibonye ba Isirayeli, mumubwire muti: ‘Yehova Imana y’Abaheburayo+ yabonanye natwe+. Ubu rero, turakwinginze uturekure, dushaka kugenda urugendo rw’imisi itatu mu gahinga, kandi dushaka gushikanira ikimazi Yehova Imana yacu+.’
-