Abalewi 7:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Ariko hamwe hogira inyama z’ikimazi ciwe c’ugusangira ziribwa ku musi ugira gatatu, uwugishikirije ntazoshimwa+. Ntazogiharurwako+. Kizocika ikintu gihumanye, kandi uwuzokiryako azokwishura ikosa ryiwe+.
18 Ariko hamwe hogira inyama z’ikimazi ciwe c’ugusangira ziribwa ku musi ugira gatatu, uwugishikirije ntazoshimwa+. Ntazogiharurwako+. Kizocika ikintu gihumanye, kandi uwuzokiryako azokwishura ikosa ryiwe+.