Abacamanza 2:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Namwe ntimuze mugirane isezerano n’ababa muri iki gihugu+. Ibicaniro* vyabo muze mubisiturire hasi+.’ Mugabo ntimwumvirije ijwi ryanje+. Kubera iki mwakoze ivyo+?
2 Namwe ntimuze mugirane isezerano n’ababa muri iki gihugu+. Ibicaniro* vyabo muze mubisiturire hasi+.’ Mugabo ntimwumvirije ijwi ryanje+. Kubera iki mwakoze ivyo+?