-
2 Samweli 12:18Bibiliya y’isi nshasha
-
-
18 Ku musi ugira indwi, uwo mwana arateba arapfa. Nuko abasuku ba Dawidi batinya kumubwira yuko nya mwana yari yapfuye; kuko bavuga bati: “Ehe, umwana akiri muzima twaramuvugishije, ntiyumviriza ijwi ryacu; twomubwira gute none ngo: ‘Wa mwana yapfuye’? Ntabura guca akora ikintu kibi.”
-