Ezira 3:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ku bw’ivyo abantu ntibashobora gutandukanya ijwi ry’akaruru k’umunezero+ n’ijwi ry’ukurira kw’abantu, kuko abantu bariko bavuza akaruru n’ijwi rirenga, kandi iryo jwi ryarumvikana gushika kure cane.
13 Ku bw’ivyo abantu ntibashobora gutandukanya ijwi ry’akaruru k’umunezero+ n’ijwi ry’ukurira kw’abantu, kuko abantu bariko bavuza akaruru n’ijwi rirenga, kandi iryo jwi ryarumvikana gushika kure cane.