-
Ezira 3:13Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
13 Abantu ntibashobora gutandukanya ijwi ry’abariko bakoma akaruru k’umunezero n’ijwi ry’abariko bararira, kuko bariko bavuza urwamo rwinshi ku buryo n’abari kure cane barwumva.
-