Ezira 6:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nimureke igikorwa co kuri iyo nzu y’Imana+. Buramatari w’Abayuda n’abagabo b’inararibonye b’Abayuda bazosubira kwubaka iyo nzu y’Imana mu kibanza cayo.
7 Nimureke igikorwa co kuri iyo nzu y’Imana+. Buramatari w’Abayuda n’abagabo b’inararibonye b’Abayuda bazosubira kwubaka iyo nzu y’Imana mu kibanza cayo.