ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezira 6
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Ezira 6:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Est 10:2

Ezira 6:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Est 1:1; Dn 5:28

Ezira 6:3

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ni amatambwe y’ukuboko uciriye mu nkokora. Itambwe rimwe ni nka cm 44,5.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 36:22; Ezr 1:1; 5:13
  • +Gus 12:5, 6, 11; 2Ng 2:6
  • +1Bm 6:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Be maso!,

    4/2011, rup. 15

Ezira 6:4

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ni ukuvuga, amabuye aremereye cane ku buryo ata woshobora kuyatwara.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 5:8
  • +Ezr 3:7
  • +Ezr 7:20; Zb 68:29; Yes 49:23

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Be maso!,

    4/2011, rup. 15

Ezira 6:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 1:11; 5:14; Dn 1:2; 5:2
  • +2Bm 25:15; 2Ng 36:7, 18; Yr 52:19
  • +Ezr 5:15

Ezira 6:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 5:3
  • +2Sm 8:3
  • +Ezr 5:6; 6:13
  • +Ezr 4:9
  • +Ivk 5:39; Rm 8:31

Ezira 6:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 5:38

Ezira 6:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 4:21
  • +Zb 68:29; Hg 2:7
  • +Ezr 7:20
  • +Ezr 5:5

Ezira 6:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 1:5
  • +Lw 1:10; 9:2
  • +Gh 28:3; 29:2
  • +Kv 29:2; Lw 2:1
  • +Lw 2:13
  • +Gh 15:5, 7
  • +Kv 27:20; Lw 2:4; 1Ng 9:29

Ezira 6:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 29:38; Gh 28:3
  • +Lw 1:9
  • +Ezr 7:23; Yr 29:7; 1Tm 2:2

Ezira 6:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 7:26
  • +Est 7:10
  • +It 40:19; Gus 21:22
  • +Dn 2:5

Ezira 6:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 20:24; Gus 12:5; 2Ng 7:16; Zb 132:14
  • +Zb 5:10

Ezira 6:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 23:29
  • +Ezr 5:6

Ezira 6:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 3:8; 4:3
  • +Ezr 5:2
  • +Ezr 5:1; Hg 1:12
  • +Zk 1:1; 6:15
  • +Zk 1:7
  • +Yes 44:28; Hg 1:8
  • +2Ng 36:23; Ezr 1:3; 5:13
  • +Ezr 6:12
  • +Ezr 7:13

Ezira 6:15

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ukwo kwari ukwezi guharurirwa ku mboneko.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Est 9:1

Ezira 6:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 9:2; Neh 7:73
  • +2Bm 24:15; Ezr 4:1; Neh 1:2
  • +1Bm 8:63

Ezira 6:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 7:5

Ezira 6:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 23:6
  • +Gh 3:6

Ezira 6:19

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 12:14
  • +Kv 12:2; Lw 23:5; Gus 16:1; Est 3:7

Ezira 6:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 30:20; Lw 21:8; 22:3
  • +Kv 12:5

Ezira 6:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 12:48
  • +Gh 9:14; 2Kr 6:17; 7:1
  • +2Ng 15:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2006, rup. 19

Ezira 6:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 12:17; Lw 23:6
  • +Ezr 7:27; Img 16:7; 21:1

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ezr. 6:1Est 10:2
Ezr. 6:2Est 1:1; Dn 5:28
Ezr. 6:32Ng 36:22; Ezr 1:1; 5:13
Ezr. 6:3Gus 12:5, 6, 11; 2Ng 2:6
Ezr. 6:31Bm 6:2
Ezr. 6:4Ezr 5:8
Ezr. 6:4Ezr 3:7
Ezr. 6:4Ezr 7:20; Zb 68:29; Yes 49:23
Ezr. 6:5Ezr 1:11; 5:14; Dn 1:2; 5:2
Ezr. 6:52Bm 25:15; 2Ng 36:7, 18; Yr 52:19
Ezr. 6:5Ezr 5:15
Ezr. 6:6Ezr 5:3
Ezr. 6:62Sm 8:3
Ezr. 6:6Ezr 5:6; 6:13
Ezr. 6:6Ezr 4:9
Ezr. 6:6Ivk 5:39; Rm 8:31
Ezr. 6:7Ivk 5:38
Ezr. 6:8Ezr 4:21
Ezr. 6:8Zb 68:29; Hg 2:7
Ezr. 6:8Ezr 7:20
Ezr. 6:8Ezr 5:5
Ezr. 6:9Lw 1:5
Ezr. 6:9Lw 1:10; 9:2
Ezr. 6:9Gh 28:3; 29:2
Ezr. 6:9Kv 29:2; Lw 2:1
Ezr. 6:9Lw 2:13
Ezr. 6:9Gh 15:5, 7
Ezr. 6:9Kv 27:20; Lw 2:4; 1Ng 9:29
Ezr. 6:10Kv 29:38; Gh 28:3
Ezr. 6:10Lw 1:9
Ezr. 6:10Ezr 7:23; Yr 29:7; 1Tm 2:2
Ezr. 6:11Ezr 7:26
Ezr. 6:11Est 7:10
Ezr. 6:11It 40:19; Gus 21:22
Ezr. 6:11Dn 2:5
Ezr. 6:12Kv 20:24; Gus 12:5; 2Ng 7:16; Zb 132:14
Ezr. 6:12Zb 5:10
Ezr. 6:132Bm 23:29
Ezr. 6:13Ezr 5:6
Ezr. 6:14Ezr 3:8; 4:3
Ezr. 6:14Ezr 5:2
Ezr. 6:14Ezr 5:1; Hg 1:12
Ezr. 6:14Zk 1:1; 6:15
Ezr. 6:14Zk 1:7
Ezr. 6:14Yes 44:28; Hg 1:8
Ezr. 6:142Ng 36:23; Ezr 1:3; 5:13
Ezr. 6:14Ezr 6:12
Ezr. 6:14Ezr 7:13
Ezr. 6:15Est 9:1
Ezr. 6:161Ng 9:2; Neh 7:73
Ezr. 6:162Bm 24:15; Ezr 4:1; Neh 1:2
Ezr. 6:161Bm 8:63
Ezr. 6:172Ng 7:5
Ezr. 6:181Ng 23:6
Ezr. 6:18Gh 3:6
Ezr. 6:19Kv 12:14
Ezr. 6:19Kv 12:2; Lw 23:5; Gus 16:1; Est 3:7
Ezr. 6:20Kv 30:20; Lw 21:8; 22:3
Ezr. 6:20Kv 12:5
Ezr. 6:21Kv 12:48
Ezr. 6:21Gh 9:14; 2Kr 6:17; 7:1
Ezr. 6:212Ng 15:12
Ezr. 6:22Kv 12:17; Lw 23:6
Ezr. 6:22Ezr 7:27; Img 16:7; 21:1
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
Bibiliya y’isi nshasha
Ezira 6:1-22

Ezira

6 Ico gihe ni ho Dariyo umwami yatanga itegeko, maze bagira itohoza mu nzu y’inyandiko z’ivyabaye+ yabikwamwo ibintu vy’agaciro ng’aho i Babiloni. 2 Nuko i Ekibatana, mu kibanza gikingijwe ibihome cari mu ntara y’ubutware y’Ubumedi+, huburwa umuzingo, ukaba wari wanditswemwo ubutumwa bugira buti:

3 “Mu mwaka wa mbere wa Kuro umwami+, Kuro umwami yaratanze itegeko ryerekeye inzu y’Imana i Yeruzalemu: Iyo nzu nisubire kwubakwa ibe ahantu bashikanira ibimazi+, kandi imishinge yayo ishimangirwe; amahagarara yayo azobe amatambwe* mirongo itandatu, ubwaguke bwayo na bwo bube amatambwe mirongo itandatu+, 4 igire imirongo itatu y’amabuye atembagazwa*+ gushika mu kibanza cayo, n’umurongo umwe w’ibiti+; amahera azokoreshwa kuri yo aze ave ku nzu y’umwami+. 5 Vyongeye, ivyombo vy’inzahabu n’ifeza+ vy’inzu y’Imana Nebukadinezari+ yakuye mu rusengero rwari i Yeruzalemu akabizana i Babiloni nibisubizwe, kugira ngo bijanwe ku rusengero ruri i Yeruzalemu, mu kibanza cavyo, bishirwe mu nzu y’Imana+.

6 “Nuko rero Tatenayi+ buramatari wo hakurya ya rwa Ruzi+, na Shetari-bozenayi+ na bagenzi banyu, ba buramatari+ batobato bari hakurya ya rwa Ruzi, ntimwegere aho hantu+. 7 Nimureke igikorwa co kuri iyo nzu y’Imana+. Buramatari w’Abayuda n’abagabo b’inararibonye b’Abayuda bazosubira kwubaka iyo nzu y’Imana mu kibanza cayo. 8 Kandi ntanze itegeko+ ku vyo muzokorera abo bagabo b’inararibonye b’Abayuda, kugira ngo iyo nzu y’Imana isubire kwubakwa; abo bagabo bazoze barahabwa+ bidatevye amahera yo gukoresha avuye mu kigega c’umwami+ c’ikori ritozwa hakurya ya rwa Ruzi, bayahabwe ubudasiba+. 9 Kandi ibikenewe, ni ukuvuga ibimasa+ n’impfizi z’intama+ n’imyagazi y’intama+ bigenewe amashikanwa aturirwa ahabwa Imana yo mw’ijuru, ingano+, umunyu+, umuvinyu+ n’amavuta+, nk’uko abaherezi bari i Yeruzalemu bazovuga, ntibaze babure kwama babihabwa ku musi ku musi; 10 kugira ngo bame+ bashikiriza Imana y’amajuru amashikanwa aruhura+ bongera basengera ubuzima bw’umwami n’ubw’abahungu biwe+. 11 Ntanze itegeko yuko umuntu wese azorenga+ iyi ngingo ishinzwe, bazorandura igiti+ mu nzu yiwe maze amanikwe+ kuri co, kandi inzu yiwe izohindurwa akazu ka surwumwe ka bose ku bw’ivyo+. 12 Imana yatumye izina ryayo+ riba ng’aho, iragatembagaza umwami wese n’igisata cose bizobangura ukuboko ngo birenge iri tegeko bigasambura+ iyo nzu y’Imana iri i Yeruzalemu. Jewe Dariyo ntanze itegeko. Nirikurikizwe bidatevye.”

13 Maze Tatenayi buramatari wo hakurya ya rwa Ruzi+, na Shetari-bozenayi+ na bagenzi babo, bakora bidatevye nk’uko Dariyo umwami yari yategetse. 14 Abagabo b’inararibonye+ b’Abayuda baguma bubaka+ bongera batera imbere kubera amajambo y’ubuhanuzi ya Hagayi+ umuhanuzi na Zekariya+ umwuzukuru wa Ido+, barayubaka barayirangiza bivuye kw’itegeko ry’Imana ya Isirayeli+ no kw’itegeko rya Kuro+ na Dariyo+ na Aritazeruzi+ umwami w’Ubuperesi. 15 Barangiza iyo nzu ku musi ugira gatatu w’ukwezi* kwa Adari+, ni ukuvuga mu mwaka ugira gatandatu w’ingoma ya Dariyo umwami.

16 Nuko bene Isirayeli, abaherezi n’Abalewi+ n’abasigaye mu bahora ari inyagano+, bahimbaza ibirori vyo kwinjira+ iyo nzu y’Imana bafise akanyamuneza. 17 Maze ku bw’ukwinjira iyo nzu y’Imana, bashikana amashūri ijana, impfizi z’intama amajana abiri, imyagazi y’intama amajana ane, hanyuma bwa shikanwa ry’igicumuro rya Isirayeli yose bashikana amasuguru y’impene cumi n’abiri, bakurikije igitigiri c’imiryango ya Isirayeli+. 18 Bashira abaherezi mu migwi yabo n’Abalewi mu mice yabo+, ngo bakore igikorwa c’Imana kiri i Yeruzalemu, hakurikijwe itegeko ryo mu gitabu ca Musa+.

19 Maze abahora ari inyagano batangura guhimbaza pasika*+ ku musi ugira cumi na kane w’ukwezi kwa mbere+. 20 Kubera ko abaherezi n’Abalewi bari bihumanuye+ uko ari umugwi, bose bari abadahumanye; nuko bakerera imbagwa ya pasika+ ku bw’abahora ari inyagano bose no ku bwa bene wabo abaherezi no ku bwabo. 21 Hanyuma bene Isirayeli bari baragarutse bavuye mu Bunyagano bararya+, n’umuntu wese yari yaritandukanije n’ubuhumane+ bw’amahanga y’ico gihugu akabiyungako, kugira arondere Yehova Imana ya Isirayeli+. 22 Maze bahimbaza umusi mukuru w’udutsima tutarimwo umwambiro+ mu kiringo c’imisi indwi banezerewe; kuko Yehova yari yatumye banezerwa, kandi yari yarahindukirije+ kuri bo umutima w’umwami wa Ashuri kugira akomeze amaboko yabo mu gikorwa c’inzu y’Imana y’ukuri, Imana ya Isirayeli.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika