Ezira 6:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Hanyuma bene Isirayeli bari baragarutse bavuye mu Bunyagano bararya+, n’umuntu wese yari yaritandukanije n’ubuhumane+ bw’amahanga y’ico gihugu akabiyungako, kugira arondere Yehova Imana ya Isirayeli+. Ezira Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 6:21 Umunara w’Inderetsi,15/1/2006, rup. 19
21 Hanyuma bene Isirayeli bari baragarutse bavuye mu Bunyagano bararya+, n’umuntu wese yari yaritandukanije n’ubuhumane+ bw’amahanga y’ico gihugu akabiyungako, kugira arondere Yehova Imana ya Isirayeli+.