-
Ezekiyeli 20:21Bibiliya y’isi nshasha
-
-
21 “‘“Ariko nya bana baciye batangura kungarariza+. Ntibagendeye mu vyagezwe vyanje, kandi ntibagumije ingingo zanje z’ubutungane mu kuzikurikiza, zino umuntu agumye azigendera akaba azoguma kandi abeshwaho na zo+. Barahumanije amasabato yanje+. Nuko nsezerana kubasukako ubushangashirwe bwanje, kugira ngo ndabarangirizeko ishavu ryanje mu gahinga+.
-