Yona 3:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kandi bambare amagunira, umuntu n’igitungwa; nibatakambire Imana bakobeje kandi bahindukire+, umwe wese ahebe inzira yiwe mbi n’ubukazi bwari buri mu maboko yabo. Yona Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 3:8 Niwigane, rup. 120 Umunara w’Inderetsi,1/4/2009, rup. 15
8 Kandi bambare amagunira, umuntu n’igitungwa; nibatakambire Imana bakobeje kandi bahindukire+, umwe wese ahebe inzira yiwe mbi n’ubukazi bwari buri mu maboko yabo.