-
Yona 3:8Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
8 Bose nibambare amagunira, baba abantu canke ibikoko. Nibatakambire Imana bakobeje kandi bahebe ingeso zabo mbi n’ubukozi bw’ikibi bwabo.
-