Luka 19:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Mugabo abanyagihugu bagenziwe bari bamufitiye urwanko+; nuko batuma umugwi w’ababaserukira inyuma yiwe, kuvuga uti: ‘Ntidushaka ko uwo muntu atubera umwami+.’ Luka Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 19:14 Yezu ni inzira, rup. 232
14 Mugabo abanyagihugu bagenziwe bari bamufitiye urwanko+; nuko batuma umugwi w’ababaserukira inyuma yiwe, kuvuga uti: ‘Ntidushaka ko uwo muntu atubera umwami+.’