Yohani 15:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Umufasha niyashika, uwo nzobarungikira avuye kuri Data+, ya mpwemu y’ukuri ikomoka kuri Data, uyo ni we azonshingira intahe+;
26 Umufasha niyashika, uwo nzobarungikira avuye kuri Data+, ya mpwemu y’ukuri ikomoka kuri Data, uyo ni we azonshingira intahe+;