Ivyakozwe 17:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ariko bano bari n’agatima keza kuruta ab’i Tesalonika, kuko bakiriye ijambo babishashaye cane gusumba, basuzuma+ Ivyanditswe+ ku musi ku musi bavyitondeye ngo barabe ko ivyo ari ko biri+. Ivyakozwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 17:11 Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 2 Umunara w’Inderetsi,15/6/2011, rup. 2515/4/2007, rup. 14-15 Nushinge intahe, rup. 137-138
11 Ariko bano bari n’agatima keza kuruta ab’i Tesalonika, kuko bakiriye ijambo babishashaye cane gusumba, basuzuma+ Ivyanditswe+ ku musi ku musi bavyitondeye ngo barabe ko ivyo ari ko biri+.
17:11 Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 2 Umunara w’Inderetsi,15/6/2011, rup. 2515/4/2007, rup. 14-15 Nushinge intahe, rup. 137-138