Ivyakozwe 17:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Maze abavukanyi buno nyene barungika Paulo ngo agende gushika ku kiyaga+; mugabo Silasi na Timoteyo basigara ng’aho.
14 Maze abavukanyi buno nyene barungika Paulo ngo agende gushika ku kiyaga+; mugabo Silasi na Timoteyo basigara ng’aho.