Ivyakozwe 17:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Nk’akarorero, igihe nariko ndarengana nkihweza nitonze ivyo musenga, nabonye n’igicaniro* canditseko ngo: ‘Ku Mana Itazwi.’ Ico rero musenga mutabizi, ico ni co ndabamenyesha. Ivyakozwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 17:23 Umunara w’Inderetsi,1/3/2012, rup. 1815/7/2010, rup. 3015/7/2002, rup. 32 Be maso!,4/2011, rup. 18 Nushinge intahe, rup. 143
23 Nk’akarorero, igihe nariko ndarengana nkihweza nitonze ivyo musenga, nabonye n’igicaniro* canditseko ngo: ‘Ku Mana Itazwi.’ Ico rero musenga mutabizi, ico ni co ndabamenyesha.
17:23 Umunara w’Inderetsi,1/3/2012, rup. 1815/7/2010, rup. 3015/7/2002, rup. 32 Be maso!,4/2011, rup. 18 Nushinge intahe, rup. 143