Ivyakozwe 21:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Maze nya mukomanda aregera aramufata, ategeka yuko aboheshwa iminyororo ibiri+; atangura kubaza uwo ari we n’ico yari yakoze.
33 Maze nya mukomanda aregera aramufata, ategeka yuko aboheshwa iminyororo ibiri+; atangura kubaza uwo ari we n’ico yari yakoze.