Abaheburayo 8:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 atari nka rya sezerano+ nagiranira na ba sekuruza babo ku musi nabafata ukuboko kugira ngo ndabasohore mu gihugu ca Misiri+, kubera ko batabandanije mw’isezerano ryanje+, ku buryo naretse kubababara,’ ni ko Yehova avuga+.”
9 atari nka rya sezerano+ nagiranira na ba sekuruza babo ku musi nabafata ukuboko kugira ngo ndabasohore mu gihugu ca Misiri+, kubera ko batabandanije mw’isezerano ryanje+, ku buryo naretse kubababara,’ ni ko Yehova avuga+.”