Abaheburayo 10:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 maze avuga koko ati: “Ehe ndaje gukora ukugomba kwawe+.” Akuraho ivya mbere kugira ngo ashinge ivya kabiri+. Abaheburayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 10:9 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 161
9 maze avuga koko ati: “Ehe ndaje gukora ukugomba kwawe+.” Akuraho ivya mbere kugira ngo ashinge ivya kabiri+.