Abaheburayo 10:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Hanyuma aca avuga ati: «Ehe ndaje gukora ivyo ugomba+.» Akuraho ivya mbere kugira ashinge ivya kabiri. Abaheburayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 10:9 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 161
9 Hanyuma aca avuga ati: «Ehe ndaje gukora ivyo ugomba+.» Akuraho ivya mbere kugira ashinge ivya kabiri.