Gusubira mu vyagezwe 15:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ariko nta n’umwe akwiye kuba mworo iwawe, kuko Yehova azoguhezagira+ ata kabuza mu gihugu Yehova Imana yawe agira aguhe bwa ntoranwa ngo ucigarurire+, Gusubira mu vyagezwe 15:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ntuze ubure kumuha+, kandi umutima wawe ntukwiye kuba ingumyi mu kumuha, kuko ivyo bizotuma Yehova Imana yawe aguhezagira mu gikorwa cawe cose no mu migambi yawe yose+. Imigani 19:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Uwugirira ubutoni umuntu mutoyi aba aguranye Yehova+, kandi ivyo akoze azobimwishura+. Luka 6:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Ahubwo mubandanye gukunda abansi banyu no gukora iciza no gutanga ingurane+, mutizigiye kwishurwa ikintu na kimwe; kandi impembo yanyu izoba nini, kandi muzoba abana ba Musumbavyose+, kuko agirira ubuntu+ intashima n’ababisha.
4 Ariko nta n’umwe akwiye kuba mworo iwawe, kuko Yehova azoguhezagira+ ata kabuza mu gihugu Yehova Imana yawe agira aguhe bwa ntoranwa ngo ucigarurire+,
10 Ntuze ubure kumuha+, kandi umutima wawe ntukwiye kuba ingumyi mu kumuha, kuko ivyo bizotuma Yehova Imana yawe aguhezagira mu gikorwa cawe cose no mu migambi yawe yose+.
35 Ahubwo mubandanye gukunda abansi banyu no gukora iciza no gutanga ingurane+, mutizigiye kwishurwa ikintu na kimwe; kandi impembo yanyu izoba nini, kandi muzoba abana ba Musumbavyose+, kuko agirira ubuntu+ intashima n’ababisha.